John 12:5 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
“Ni kuki aya mavuta atagurishijwe ngo amahera avuyemwo afashe aboro? Igiciro cayo kingana n’idenariyo amajana atatu. ”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ati N’iki catumye ayo mavuta ataguzwe idenariyo amajana atatu, ngo zihabge aboro?