John 18:10 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Maze Simoni Petero, yari asanganywe inkota, arayisokora, ayikubita umukozi w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi. (Uwo mugurano yitwa Malikusi.)
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Simoni Petero yari n’inkota, arayisokōra, aca ugutwi kw’i buryo kw’umuntu w’umuherezi mukuru: uwo muntu yitwa Malikusi.