John 18:14 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kayafa ni we yari yahanuye abakuru b’Abayuda ababwira ko vyoba vyiza ko umuntu umwe apfira abantu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi Kayafa ni we yari yagīriye inama Abayuda, yukw ar’ ibibereye k’umuntu umwe apfira ubgo bgoko.