John 18:16 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
ariko Petero we asigara hanze. Maze wa mwigishwa yari azwi n’umuherezi mukuru aragaruka avugana n’umukobwa yarinda umuryango, na we yemerera Petero kwinjira.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ariko Petero asigara ahagaze kw irembo. Wa wundi mwigishwa yar’ azinanyi n’umuherezi mukuru, ashika kw irembo, avugana n’umukumirizi, araheza ashikana Petero imbere.