John 19:29 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Hafi yaho hari umubindi urimwo inkarisha, maze abasoda bafata ipampa barijobeka muri ya nkarisha, baridugisha ishami rya ezobu ku munwa wa Yesu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aho hantu hari hateretse inkono yuzuye inkarisha, nuko bashira sipongo yuzuyemw’ inkarisha kw irenga, bayirungika ku munwa wiwe.