John 19:31 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kubera ko wari umusi wo kwitegurira Isabato idasanzwe, kuko bwaca ari Pasika; abakuru b’Abayuda ntibashaka ko abantu baguma bamanitse ku misaraba ku musi w’Isabato. Ni co catumye basaba Pilato ko babavuna amaguru, bakururutsa ibiziga vyabo.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uwo musi war’ uwo kwitegurira Pasika; nuko kugira ngw abābambge ntibagume ku misaraba kw isabato, kuk’ uwo musi w’isabato wari mukuru, Abayuda basaba Pilato ngw amaguru yabo avunwe, kandi ngo babambūrwe.