John 20:11 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko Mariya yari ahagaze hanze, hafi y’imva, arira. Akiriko ararira arunama araba mu mva,
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mariya yar’ ahagaze ku mva arira. Akirikw ararira, arunama, arunguruka mu mva,