John 20:14 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ahejeje kuvuga ivyo, arahindukira abona Yesu ahagaze hafi yiwe, ariko ntiyamumenya.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Avuze ivyo, arakebuka, abona Yesu ahagaze, ariko ntiyamenya kw ari Yesu.