John 20:4 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Uko ari babiri bagiye biruka, ariko wa mwigishwa wundi ariruka asiga Petero, ashika ku mva ubwa mbere.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bompi birukira icarimwe, kandi wa mwigishwa wundi asiga Petero, amutanga ku mva.