John 21:3 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Simoni Petero arababwira ati: “Jewe ngiye kuroba.” Nabo baramubwira bati: “Turajana.” Nuko baragenda baja mu bwato, ariko ntibaroba ifi n’imwe iryo ijoro.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Simoni Petero arababgira, ati Ndagiye kuroba. Na bo bati Natwe turajana nawe. Barīkora, batambukira mu bgato. Mur’ iryo joro ntibāgira ico bafata.