John 4:27 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Muri ako kanya, abigishwa biwe baragaruka, maze batangazwa cane no kubona Yesu ariko aravugana n’umugore. Ariko ntihagira uwubahuka kumubaza ati: “Ushaka iki?” canke ati: “Ni kuki uvugana n’uwo mugore?”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bun’ abigishwa biwe barashika, batangazwa n’ukw avugana n’umugore: ariko nta wavuze, at’ Urondera iki? Canke ngo Muvuganira na we iki?