John 4:49 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Wa mutware akora i bwami aramubwira ati: “Nyakwubahwa, ingo tujane iwanje umwana wanje ataracikana.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uwo mutware ati Mugenzi, ngwino se umanuke umwana wanje atarapfa.