John 6:18 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ico gihe, umuyaga wariko urahuhuta cane bituma haba imipfunda myinshi mu kiyaga.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ikiyaga gitangura kuzungazunga, kuk’ umuyaga mwinshi uhuhuta.