John 8:35 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Kandi umugurano ntafise ikibanza gihoraho mu muryango, ariko umwana yama ari uwo mu muryago wiwe.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Umuja ntiyama atsindaje mu nzu, arik’ umwana we yama atsindaje.