John 9:20 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Abavyeyi biwe barabishura bati: “Ico tuzi, ni umwana wacu kandi yavutse ari impunyi.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abavyeyi biwe barabishura, bat’ Uyu turazi kw ar’ umwana wacu, kandi ko yavutse ar’ impumyi;