John 9:27 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Arabishura ati: “Ivyo namaze kubibabwira ariko ntimwashatse kuvyumva. Ni kuki mushaka kuvyumva kandi? Mwoba mushaka kuba abigishwa biwe namwe?”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arabishura, ati Namaze kubibabgira, ko mutavyumvise? Mugombera iki gusubira kuvyumva? Mbega namwe mugomba kuba abigishwa biwe?