Joshua 1:14 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nukw abagore banyu n’abana banyu n’amasho yanyu bize bisigare mur’ iki gihugu Mose yabahaye co hakuno ya’Yorodani; ariko mwebge mwese abahizi, muze mujabuke imbere ya bagenzi banyu, mwitwaje ibirwanishwa, kugira ngo mubatabare,