Joshua 10:21 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ingabo zose zigaruka kuri Yosuwa amahoro, aho bashagaje i Makeda. Ntihāba hakigira ūtinyuka kugira ico avuga ku muntu n’umwe mu Bisirayeli.