Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uko ni ko Yosuwa yatsinze ico gihugu cose, igihugu c’umugamba n’ic’i Negebu n’igiciye bugufi n’ icegamiye umugamba, bo n’abami baho bose, ntiyasiga n’uwa kirazira, arikw ageseza abahumeka bose, nk’uk’ Uhoraho Imana y’ Abisirayeli yavuze.