Joshua 11:16 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uko ni ko Yosuwa yanesheje ico gihugu cose: umugamba waho, n’i Negebu hose, n’igihugu cose c’i Gosheni, n’ic’ imisozi iciye bugufi, n’ikiyaya Araba, n’umugamba witwa uwa Isirayeli, n’igihugu c’imisozi iciye bugufi kiwegamiye,