Joshua 14:11 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi n’uyu musi ndacafise inkomezi, nk’uko nari ndazifise kuri wa musi Mose yantuma; ukw inkomezi zanje zari ziri ico gihe ngitabara mu rugamba ngatabaruka, n’ubu ni ko zikiri.