Joshua 14:7 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nari mmaze imyaka mirongwine, igihe Mose umusavyi w’Uhoraho yantuma, ngo mve i Kadeshi‐baruneya nje gutata igihugu; ngarutse nkamubarira inkuru ntacishije i ruhande;