Joshua 14:9 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maz’ uwo musi nyene Mose arandahira, ati N’ukuri igihugu wakandagiyemwo kizoba ishamvu yawe n’iy’ abana bawe gushitsa ibihe vyose, kuko wakurikiye Uhoraho Imana yanje muri vyose.