Joshua 17:18 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arikw igihugu c’umugamba kizoba icanyu, kandi nah’ ar’ ikibira muzogitema, kand’ imicāmo yaho izoba iyanyu; kand’ Abanyakanani, naho bafise imikogote y’ivyuma, kand’ ar’ abahizi, muzobirukana.