Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko Selofehadi mwene Heferi, Heferi wa Gileyadi, Gileyadi wa Makiri, Makiri wa Manase, ntiyari yaravyaye abahungu, atar’ abakobga gusa; aya ni yo mazina yabo: Makila na Nowa na Hogila na Miluka na Tirusa.