Joshua 22:2 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
arababarira, at’ Ivyo Mose umusavyi w’Uhoraho yabageze vyose, mwarabishikije; kandi nanje mwaranyumviye mu vyo nabageze vyose.