Joshua 22:27 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ariko ngo kize kibe icabona hagati yacu namwe, no hagati y’urunganwe rwacu uko ruzogenda rukurikirana, yuko natwe duhora dukūkira Uhoraho, kugira ngo tumwosereze ibimazi, tubimushikanire, tumushikanire n’ ivy’ ishimwe; abana banyu boye kuzohava babarira abacu mu gihe kizoza, bati Nta mugabane mufise k’Uhoraho.