Joshua 6:10 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko Yosuwa abarira abantu, ati Ntimuze muvuze akāmo, canke ngw ijwi ryanyu ryumvikane, canke ngo hagire ijambo na rimwe riva mu kanwa kanyu, gushitsa ku musi nzobabaririra kwitera hejuru: ni ho muzoca mwiha akāmo.