Joshua 6:23 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nukw iyo misore yagiye gutata igihugu irinjira, isohokana Rahabu na se na nyina na basaza be n’abo bafise bose; bajana umuryango wiwe wose, babashikana inyuma y’ah’ Abisirayeli bashagaje.