Joshua 6:5 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maz’ ayo mahembe y’impfizi z’intama ni bayavuza ijwi rirandiriye, mukumva ijwi ryayo, abantu bose bace bīha akāmo icarimwe: maz’ uruzitiro rw’amabuye rw’ico gisagara ruzoca ruhomvokera hasi, abantu bose bace barengagira, umuntu wese aho yar’ atumbereye.