Joshua 6:7 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maz’ abarira abantu, ati Ni mushireko, mugende, muzenguke ico gisagara; abafise ibirwanishwa abe ari bo baja imbere y’isandugu y’Uhoraho.