bible
ra
🌐 Language
English
Español
Français
Deutsch
Português
Italiano
Nederlands
Русский
中文
日本語
한국어
العربية
Türkçe
Tiếng Việt
ไทย
Indonesia
All Languages
Home
/
Bible
/
Compare Joshua 7:24
Joshua 7:24 — Compare Translations
1 translations compared side by side
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuko Yosuwa n’Abisirayeli bose bafata Akani wo mu ba Zerahi, bamujanana na za feza na wa mwambaro na ca kigabane c’izahabu, bo n’abahungu biwe n’abakobga biwe n’inka ziwe n’indogoba ziwe n’intama ziwe n’ihema ryiwe n’ ivyo yar’ afise vyose, babidūgana mu kiyaya c’i Akori.