Joshua 8:11 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Izo ngabo zose zari kumwe na we ziradūga, zishika hafi y’ico gisagara aharābana na co, zisagaza ku ruhande rwaco rw’i burārūko; kandi hār’ umwonga hagati yabo n’i Hayi.