Joshua 8:12 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maz’ atoranya abantu nk’ibihumbi bitanu, abarungika kuja kubunda hagati y’i Beteli n’i Hayi, i burengerazuba bg’ico gisagara.