Joshua 8:13 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uko ni ko bāciye abantu intēko: itsitsi ry’ingabo risigara i burārūko bg’ico gisagara, abagiye kubunda bakaja i burengerazuba bgaco; ariko Yosuwa we, iryo joro arāra mur’ uwo mwonga.