Joshua 8:16 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uko ni kw abo mur’ ico gisagara bose bāciye bīvuta ngo babakōndōrere inyuma; kandi bakiriko barakōndōrera inyuma ya Yosuwa, arabahenda, abavana hafi y’ico gisagara.