Joshua 8:21 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuko Yosuwa n’Abisirayeli bose babonye kw abāri bīcīye igico bavyagiye ico gisagara, kandi kw imyotsi yaco ipfūndūka, bahindukirana ab’ i Hayi, bagenda barabica.