Joshua 8:22 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ba bandi na bo bava mu gisagara, babata hagati, babaturuka hirya no hino; ntihagira n’umwe abajana, canke ngw acike kw icumu.