Joshua 8:27 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mugabo, inka n’ivyo basahuye vyo mur’ ico gisagara, ni vyo Abisirayeli bitwariye ngo bibe iminyago yabo, nk’uk’ Uhoraho yari yarageze Yosuwa.