Joshua 8:9 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuko Yosuwa arabarungika; baja aho baja kubunda, baguma hagati ya Beteli na Hayi, ahahera i burengerazuba bga Hayi; ariko Yosuwa we, iryo joro arāra mu ngabo.