Joshua 9:15 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yosuwa abasezeranira kuzobana amahoro na bo, no kubareka ngo bībēreho; n’abakuru b’ishengero na bo barabarahira.