Joshua 9:16 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko haciye imisi itatu bamaze gusezerana na bo, bumva kw ar’ ababangikanye na bo, kandi kw ar’ ababa ngaho nyene muri bo.