Judges 1:25 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aca abereka aho baca ngo bagishikemwo; ni kwo kuranduza inkota ico gisagara, ariko wa mugabo n’abo mu rugo rwiwe bose barabareka.