Judges 3:1 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aya ni yo mahanga Uhoraho yaretse, kugira ngw ayageragereshe Abisirayeli, cane‐cane abatigeze kubona intambara zabaye i Kanani;