Judges 3:24 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Amaze gusohoka, abantu ba Eguloni baraza, basanga inzugi z’ico cumba zidadiye, bati Ngira ngw ari kwihagarika mu kazu ko mur’ ico cumba co gusama akayaga.