Judges 3:4 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abo ni bo Uhoraho yaretse, kugira ngw abageragereshe Abisirayeli, arābe ko bokwitondera ivyagezwe vyiwe, ivyo yageze ba sekuruza abitumye Mose.