Judges 7:2 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maz’ Uhoraho abarira Gideyoni, at’ Abantu muri kumwe ni benshi kurenza urugero: kubg’ ivyo sinshobora kugabura Abamidiyani mu maboko yabo, kugira ngw Abisirayeli boye kunyishirako hejuru, bat’ Ubutōre bgacu ni bgo bgadukijije.