Judges 7:25 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bafata abaganwa bompi b’Abamidiyani, Orebu na Zebu; Orebu bamwicira ku gitandara citwa Orebu nyene, Zebu bamwicira ahar’ ubgato baganiramwo vino, hitwa i Zebu; bakomeza kwōma inyuma y’Abamidiyani, bazanira Gideyoni imitwe ya Orebu na Zebu bayimusanza hakurya ya Yorodani.