Judges 7:4 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uhoraho yongera kubarira Gideyoni, ati N’ubu abantu baracari benshi kurenza urugero; bamanukane ku mazi, nanje ndabagusuzumire; maz’ uwo nja kukubarira kw ari we mujana, abe ari we mujana nyene; arik’ uwo nja kukubarira, nti Ntimujane, uwo we ntagende.