Judges 9:51 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko mur’ ico gisagara hār’ umunara ukomeye; ni ho abantu bose bo mur’ ico gisagara birukiye, abagabo n’abagore, bariyugarana, būrira mur’ uwo munara, baja hejuru kuri wo.